Burundi: Intumwa za ONU Zaba ari Kamara?

Your browser doesn’t support HTML5

Abaserukira ibihugu vyabo mu nama mpuzamakungu ONU, ijejwe amahoro n’umutekano kw’isi, bari mu Burundi, aho bashiriye ubutumwa Reta y’Uburundi n’abatavuga rumwe nayo kugira babahimirize gutangura ibiganiro nyakuri, ibintu bitayanzara kurushiriza mu Burundi