Abarundi Ntibavuga Rumwe Ku Vyerekeye Ibikorwa vy’Umurwi Ujejwe Gutatura Amatati Ahagaze Ku Matongo hamwe N’Ayandi Matungo Mu Burundi.

  • Frederic Nkundikije
Mu Burundi haraheze igihe hashinzwe umurwi ujejwe gutatura amatati y’abarundi, ahagaze ku matongo hamwe n’ayandi matungo:

Mugenzi wacu Frederic Nkundikije, yaraganiye na Musenyeri Serapion Bambonanire arongoye uyo murwi; Bonaventure Niyoyankana arongoye umugambwe Uprona hamwe na professeur Fabien Cishahayo, ku vyerekeye ibikorwa bimaze kurangurwa n’uyo murwi hamwe n’ibibazo bibazwa n’abarundi mur’iki gihe ku vyerekeye ivyo bibazo nkoramutima:

Mushobora kwumviriza: