Abarundi Basubiye Kuganira Arusha

Bamwe mu Bari Baritabiriye Ibiganiro vyo mu kwa Kabiri

Ibiganiro bihuza Abarundi vyatanguye kuri uyu wa mbere i Arusha muri Tanzaniya. Leta y'Uburundi yitavye ivyo biganiro.

Abaserukira abatavuga rumwe na Leta hamwe n'amashirahamwe yigenga bahunze ntibitavye. Ibiro vy'umuhuza bivuga ko habwirizwa kuboneka amasezerano yo kugarukana amahoro mu burundi.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Arusha muri Tanzaniya Pierre Claver Niyonkuru niwe yakurikiranye ino nkuru.

Your browser doesn’t support HTML5

Abarundi Bongeye Kuganira Arusha