Abarundi Bahungira mu Rwanda, Bavuye mu Kirundo Basubijwe Inyuma

Mu Burundi, igipolisi cazindutse ku musk wa gatanu mu gikorwa co gusubiza inyuma abantu bahungira mu Rwanda.

Bulamatari w’intara ya Kirundi avuga ko badashobora kwemera ko abantu bo mu zindi ntara baca mu Kirundo atavyangombwa bafise kandi mu Burundi ata ntamabara ihari.

Bulamatari w’intara ya Kirundo avuga koi co gikorwa bagisabwe n’Urwanda ruvuga ko rudatahura ingene abahunga bahura n’abahunguka.

Your browser doesn’t support HTML5

Abarundi Bahungira mu Rwanda, Bavuye mu Kirundo Basubijwe Inyuma