Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, amwe mu mashirahamwe adaharanira inyungu za politike asaba Reta y’Uburundi gutangaza ko yatewe n’ikiza c’iduga ry’amazi ya Tanganyika. Guverinoma ya Etiyopiya n’abaterankunga mpuzamahanga bashakira hamwe uburyo bagoboka miliyoni zirenga 15 z’abaturage ba Etiyopiya bari mu kaga.