Amnesty International Irasaba Uburundi Kurekura Floriane Irangabiye

Umunyamakuru Floriane Irangabiye

Ishirahamwe mpuzamakungu riharanira agateka ka zina muntu, Amnesty International n'ayandi mashirahamwe aharanira agateka ka kiremwa muntu aratera akamo ubutungane bw'Uburundi kabusaba kwisubirako, bukarekura umumenyeshamakuru Floriane Irangabiye.

Ni inyuma y’aho sentare ntahinyuzwa imugumirijeko igihano c'imyaka 10 yari yaciriwe na sentare isubiramwo imanza y'umurwa mukuru w'ubutunzi Bujumbura.

Umumenyeshamakuru Eloge Willy Kaneza yakurikiranye ino nkuru abishikiriza ido n'ido

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Amesty International Yasabye Ubucamanza Kurekura Umunyamakuru Irangabiye