Mu Burundi ibirori vyo guhimbaza imyaka 33 irangiye hemejwe amasezerano y’ubumwe bw’abarundi vyabereye ku murwa mu kuru wa politike i Gitega.
Vyatewe iteka n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye. Yamenyesheje abarundi n’amakungu ko ubumwe bw’abarundi bwashinze imizi mu Burundi aca aboneraho gusaba abarundi kubutsimbataza.
Umviriza inkuru y’umumenyeshamakuru Désiré Hatungimana.
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Burundi Imyaha 33 Iraheze Hemejwe Amasezerano y'Ubumwe