Burundi: Muri Mabayi Basaba Guherekezwa n'Abajejwe Umutekano mu Marondo

Umushikiranganji wa mbere w'Uburundi, Gervais Ndirakobuca akoresha inama y'umutekano mu ntara ya Cibitoke

Abanyagihugu bo muri komine Mabayi, intara ya Cibitoke mu buraruko bushira uburengero bw'Uburundi bategetswe kuza barara amarondo. Bafise umwitwarariko w’abantu bitwaje ibirwanisho muri ako karere bashobora kubagirira nabi. Ibindi kuri ino nkuru na Eloge Willy Kaneza.

Your browser doesn’t support HTML5

Burundi: Umutekano Muke mu Kibira