Abaganga mu Burundi Ntibishimye Umushahara Bahembwa

Amashirahamwe y'abaganga mu Burundi avuga ko muri kino gihe abakiri bato batagihurumbira igisata c'ubuganga. Amenyesha ko biterwa n'agahembo gato abaganga bahabwa muri Reta. Ayo Amashirahamwe ahamagarira Reta kuduza imishahara kugira igabanye umurindi w'abaganga baja gukora mu bihugu bibanyi no ku yindi migabane.

Kuri uyu wa kane, abiri mu mashirahamwe manini manini ahurikiyemwo abaganga yatanze umwihwezo ku bijanye n'ico kibazo.

Eloge Willy Kaneza, yabukurikiranye.

Your browser doesn’t support HTML5

Abaganga mu Burundi Baridogera Umusharara Muke