Abarundi bahunguka bava mu gihugu ca Tanzaniya bariyongeye muri aya mezi abiri arangiye, bakaba bigwije incuro zirenga ebyeri. Bamwe muri bo bavuga ko uko kwiyongera kwaba kuva ku kugene basigaye bafashwe mu nkambi y’i Nyarugusu hamwe n’akamo batewe n’Uburundi, Tanzaniya hamwe n’ishirahamwe mpzamakungu rijejwe impunzi.
Thierryve Ndayishimiye aratubwira uko vyifashe
Your browser doesn’t support HTML5
Impunzi Zirenga 2000 Ziratahuka buri Ndwi