Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Rwanda kuri uyu wa mbere hatangujwe umwaka w'ubucamanza. Perezida Cyril Ramaphosa, yatangaje ko itohoza ryasanze ata birwanisho n’amasasu igihugu ciwe cahaye Uburusiya. Reta ya gisirikare yo muri Nijeri yatangaje ko yuguruye inzira yo mu kirere ku ndege.