Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Ababuriye ababo mu myiyerekano iheruka kubera i Goma muri Kongo basaba ubutungane guhana abasirikare n’abapolisi "babiciye ababo". ONU yiyamiriza kudeta za gisirikare muri Afurika. Muri Gabon, abatavuga rumwe na reta basaba ko ubutegetsi buhabwa abasivile.