Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, Reta iheruka guhagarika ibikorwa vy’umugambwe utavuga rumwe n’ubutegetsi CNL mu gihugu cose. Perezida Paul Kagame mu ntango z’ino ndwi yarirukanye abajenerali babiri, abofisiye 14 n’abandi basirikare barenga 100. Abasesanguzi bavuga iki kuri ino ngingo?