Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Inkino zo mw’ihiganwa rya BAL ribera i Kigali mu Rwanda zigeze muri kimwe ca kabiri. Prezida Muhammadu Buhari wa Nijeriya yuguruye ihinguriro riyungurura ibitoro Muri Amerika, Senateri Tim Scott yatanguye ku mugaragaro kwiyamamariza ikibanza c'umukuru w'igihugu.