Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Muri RDC, bamwe mu banyagihugu mu ntara ya Kivu yo mu buraruko basaba ko ubuyobozi bwa gisirikare buhava.
Perezida Kagame yasuye akarere ka Rubavu asezeranya guha inkunga abasinzikajwe n’ibiza vy’imvura nyinshi.
Muri Pakistani, Imran Khan yapfunguwe vy’agateganyo atanze ingwati