Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Amakungu yarahimbaje umusi mukuru w'abakozi kw'itariki ya 1 y'ukwa gatanu. Mbega agaciro umulimo uhabwa haba mu bikorwa cyangwa mu bigenerwa uwukora mu karere k'ibiyaga bigali karabereye? Igihembo kigenerwa umukozi gihagaze gite ugereranije n’ibibazo by’izamuka ry’ibiciro muri iiki gihe?