Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Rwanda hari imiryango yo mu karere ka Kicukiro ivuga ko yabuze abantu bayo batwawe n’inzego z’umutekano. Uwahoze ari umushikiranganji wa mbere, Alain Guillaume Bunyoni, yoba yaratorotse igihugu. Igisirikare cya Sudani hamwe n’umutwe w’abasirikare barwanya ubutegetsi bemeye gushyira intwaro hasi.