Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Abakozi batatu ba PAM Bishwe muri Sudani. Umutegetsi muri Nijeriya avuga ko abantu bashika kuri 33 bishwe n’abantu bitwaje ibirwanisho mu buraruko bushira uburengero bw’igihugu.