Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida Paul Kagame w'u Rwanda yabeshuje amakuru avuga ko Leta Kongo iriko isaba ubufasha bwo gutera u Rwanda. Amnesty International yatanguje isekeza ryo gusaba irekurwa ry'umumenyeshamakuru Floriane Irangabiye. Umurwi utunganya amatora muri Nijeriya watangaje ko Bola Tinubu yegukanye intsinzi.