Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, uburovyi bukorerwa mu kiyaga ca Tanganyika bugiye guhagarikwa mu kiringo c’amezi atatu. Prezida wa Sudani y'epfo asaba impunzi zahunze igihugu gutahuka. Reta ya Zimbabwe yavuze ko izokwishura abazungu yatse amatongo mu kiringo c'imyaka 10.