Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

ONU Isaba Imiriyaridi 2.6 z'amadolari yo gufasha abasinzikajwe n'inzara muri Somaliya. MSF yahagaritse ibikorwa muri Burkina Faso kuko abakozi bayo 4 bishwe. Abahitanywe na nyamugigima muri Turukiya na Siriya bashitse ku 12.000.