Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Mu Burundi, banki nkuru y’igihugu yategetse ko ata shirahamwe na rimwe ry’abanyagihugu ritanga ingurane ryemerewe gusubira kwugurura. Irani yagirije Isirayeri kuyigabako ibitero vy'indege zitagira umudereva. Isirayeri na Sudani biri mu nzira yo kunagura imigenderanire.