Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, abikora kuri kompanyi yo gutumatumanako, Econet Wireless ntibashobora kurungika no kwakira amafaranga, kubera amadeni Econet ifitiye Reta. Umwuka ubandanya kuba mubi hagati ya Palestine na Isirayri. Amasanamu y'ingene umugabo wa Nancy Pelosi yatewe yasohotse.