Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Ambasaderi wa Amerika muri ONU Aregendera Afrika muri iyi Ndwi. Abantu 9 muri rusangi baraye bishwe barashwe muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Abanyaburaya bafatiye Irani Ibihano bishasha.