Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Uyu munsi, Uburusiya bwongeye kurasa ibikoho bitavanako vya misile muri Ukraine, cane cyane ku bibanza bya gisivile. Muri Isirayeli, Benjamin Netanyahu na guverinoma ye bimitswe mu mirimo yabo uyu munsi. Vatikano yatangaje ko Papa Benedigito yatoye mitende, ariko ko akiremvye kandi yumva.