Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, ishirahamwe ry’abakenyezi bahungutse AFRABU ryaragize ivyigwa mu ntara 4 zo mu bumanuko bw’igihugu ku bijanye n’amabi akorerwa abakenyezi n’abigeme, basanga ayo mabi akorwa ari ubwoko bwinshi. Urugendo rw’umukuru w’igihugu ca Ukraine muri Amerika, rufise akamaro.