Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida Biden yaremereye afrika ko ko ikwiye kuja mu kanama kajejwe umutekano no muri G20 Somaliya yagiriza Al shabab guhungana abasivile. Prezida wa Ghana arashikiriza amakenga ku bacangero ba Wagner muri Burkina Faso. Uburusiya buragabisha Amerika kudahirahira kurungikira Ukraine misile patriote.