Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, abaharanira agateka k’abana basaba ko amategeko yubahiriza agateka k’abana ashirwa mu bikorwa bikava mu nyandiko. Umunyezambiya yapfiriye ku rugamba muri Ukraine yatahukanywe mu gihugu c’amavuko. Pakistani na Afuganistani batanye mu mitwe hapfa abasivile 7