Ubuhamya bwa Bamwe mu Barundikazi Barwanira muri ADF

Umurundikazi Hafsa Kassim ariko avurwa ibikomere inyuma yo gukurwa mu vyara vya ADF

Umuhari w'inyeshamba wa ADF urwanira cane cane mu ntara ya Ituri mu burasirazuba bwa Kongo urimwo abagwanyi baturuka mu gihugu c'Uburundi.

Benshi muri bo ni abakenyezi batwawe babwirwa ko baroye mu masengesho y'Aba islamu mu nyuma bisanga bagizwe abagwanyi. Ijwi ry'Amerika ryavuganye na bamwe muri abo bakenyezi bakuwe mu vyara vy'uwo murwi Amerika na ONU bifata nk'uw'iterabwoba

Fyonda hasi wumve ibindi muri iyi nkuru ya Eloge Willy Kaneza akorera Ijwi ry'Amerika.

Your browser doesn’t support HTML5

Ingene Bamwe mu Barundikazi Bisanze muri ADF