Amakuru mu Gitondo
Your browser doesn’t support HTML5
Bombe y'umwiyahuzi muri Turukiya Yahitanye abantu 6 ikomeretsa abarenga 50.
Abademokrate muri Amerika Bagumanye uburongozi bwa Sena.
Reta ya Uganda itangaza ko Ebola yagabanije umuvuduko wo kwandukira abantu.