Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Imiryango igera kuri 110 yo muri komine Rugombo mu ntara ya Cibitoke mu buraruko bushira uburengero bw'Uburundi ivuga ko iriko irimurwa na Reta ku nguvu. Abagize iyo miryango basaba abategetsi b'intara kubaronsa ayandi matongo bakemeza ko ayo matongo bariko bakurwamwo bayabayemwo kuva muri 1945.