Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida wa Nijeriya, Muhammadu Buhari yavuze ko abantu 76 bapfuye mu bwato mu bumanuko bushira ubuseruko bw’igihugu. Abategetsi b’Ubufaransa bavuze ko abimukira barenga 360 batabawe kuri uyu w’Imana.