Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

U Rwanda rwatanguye kwishuza abadandaza bavanywe mu gishanga ca Gikondo. Prince Kid asabirwa gufungwa imyaka 16. Mu Burundi prezida agabisha abagize Reta yiwe.