Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, yashikirije mu kanya ijambo inama rusangi y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU i New York. Abanduye Ebola muri Uganda bageze kuri 10. Mu Burundi, inzu zirenga 300 zo mu ntara ya Cibitoke ca Rugombo zasenyuwe n'imvura.