Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Raporo ya ONU yemeza ko reta ya Etiyopiya n'abarwanyi ba Tigre bagirizwa ivyaha vyo mu ntambara. Prezida Biden avuga ko Amerika izotabara Tayiwani mu gihe yoterwa n'Ubushinwa.