Amakuru ku Mugoroba
Your browser doesn’t support HTML5
Uganda yishuye Kongo amafaranga ya mbere yo gusana ivyononywe n’intambara mu myaka ya za 90.Ubushikirizamanza mu Rwanda busabira igihano c’umunyororo w’imyaka 25 Ndimbati.William Ruto, yarahiye mu mabanga ya prezida agira gatanu muri Kenya