Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Muri Murisanga y'uno munsi, tugaruka ku masezerano yo kurungika abakozi b'Abarundi mu bihugu vy'Abarabu. Ni amasezerano aherutse kwemezwa hagati y'Uburundi n'ibihugu bazoja barajanwamwo.