Ni Nde Ashaka Gutembagaza Intwaro mu Burundi?

Prezida Evariste Ndayishimiye w'Uburundi

Prezida Evariste Ndayishimiye w'Uburundi

Ku musi wa gatanu w’indwi irangiye, Prezida w’Uburundi, Evaritse Ndayishimiye, yaragabishije abo avuga ko boba bafise imigambi y’ukugira kudeta. Yabivugiye i Gitega imbere y’abacamanza bariko bugurura umwaka w’ubucamanza.

Bamwe mu basesengura ibibazo vya politike y’Uburundi basanga ivyatangajwe na perezida bifite insiguro mu kutumvikana ku ngamba z’umugambwe uri ku butegetsi wa CNDD-FDD.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika, Fidele Niyongabo, yavuganye na Frederic Bamvuginyumvira yigeze kuba icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu mu Burundi akaba akwirikiranira hafi politike y’ico gihugu. Ari i Bruxelles mu Bubiligi, aha insiguro ivyatangajwe na Prezida Ndayishimiye:

Your browser doesn’t support HTML5

Ubusesenguzi ku Majambo ya Perezida Evariste Nayishimiye ku Gutembagaza Intwaro