Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Mu Burundi, kuri uyu wa gatanu ku muhingamo, abagize Reta nshasha barahiye imbere y'inama nshingamateka na nkenguzamateka. Abantu benshi bavuze ibigwi umwamikazi elizabeth wataabarutse ku munsi w'ejo