Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w’Uburundi Evariste Ndayishimiye yikeka ko hari ibicocoro vyo mu mugambwe, CNDD-FDD, bifise umugambi wo guhirika ubutegetsi bwiwe. Sentare ntahinyuzwa ya Kenya yemeje ko William Ruto yatsinze amatora y'umukuru w'igihugu.