Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Uburundi Buratangaza ko ibirwanisho bicira umuriro bitemewe n'amategeko byagabanutse mu gihugu. Ariko ubwicanyi bwo mu ngo bukoresha izindi ntwaro, nk'ibyuma n'imipanga, bwo buriyongera.