Murisanga

Your browser doesn’t support HTML5

Ikibazo c'Ubugumba canke co kutavyara mu bubakanye kiratera ingorane nyinshi hagati yabo, mbere no mu miryango. Zimwe mu ngaruka ku bakenyezi bamwe bamwe ni uguturubikwa, gutuntuzwa hamwe no gukubitwa n'abo bubakanye canke n'imiryango ya ba mwana. Ni vyo tugiye kuganirako mu kiganiro Murisanga.