Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Prezida w’u Rwanda yagendeye abanyagihugu bo mu maj'epfo y'igihugu. Uburundi bwashizeho amabwirizwa ajanye no kurungika hanze abakozi bato bato cane cane abakobwa. Umugambwe uri ku butegetsi muri Angola uhabwa amahirwe yo gustinda amatora.