Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Umushikiranganji wa mbere wa Somaliya arahiga gukurikirana abakoze igitero kw'ihoteri ku murwa mukuru Mogadishu. ONU Ivuga ko abana 972 bamaze kwicirwa mu ntambara muri Ukraine.