Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

William Ruto abaye perezida wa gatanu wa Kenya n’amajwi 50.5% mu gihe Raila Odinga yaronse 48.9%. Abasirikare b'Uburundi binjiye icese muri Kongo. Ubushinwa bwakoze iyindi myimenyerezo ya gisirikare mu micungararo ya Tayiwane.