Amakuru y'Akarere

Your browser doesn’t support HTML5

Urugendo bamwe mu mpunzi z'Abarundi bahungiye muri Tanzaniya bariko bakorera mu Burundi ntiruvugwako rumwe n'impande zitandukanye. Prezida wa Cote d’Ivoire Alassane Ouattara yarahaye imbabazi z’umukuru w’igihugu umukeba wiwe w’igihe kirekire Laurent Gbagbo. Antony Blinken yagze muri Afurika.