Amakuru y'Akarere
Your browser doesn’t support HTML5
Perezida wa Ukraine, Volodymyr Zelensky, yagendeye ikivuko kiri kw'ibahari yirabura, Mer Noire, mu rurimi rw'igifransa kiri mu karere ka Odesa. Ni mu gihe abakora kuri ico kivuko bariko bitegurira ivyerekeye gushorera hanze y'igihugu intete zafatiwe n'ingwano imaze amezi atanu muri Ukraine.