Amakuru y'Akarere

  • Diane Nininahazwe

Your browser doesn’t support HTML5

Abanyagihugu baba mu gisagara ca Bunagana kiri muri DRC, muri ano makuru baravuga uko babanye n'abarwanyi ba M23. Mu yagezweho irya n'ino kw'isi, Uburusiya bwemanze ko bwateye ikivuko ca Odesa. Abashaka gusubirira Johnson mu Bwongereza bashigikiye umugambi wo kurungika mu Rwanda abimukira.