Amakuru ku Mugoroba

Your browser doesn’t support HTML5

Urukiko rw'i Paris mu Bufaransa rwakatiye Bucyibaruta Laurent gufungwa imyaka 20 kubera ubufatanyacyaha muri jenoside yo mu Rwanda mu 1994. Mu Burundi, intara ya Ngozi, imwe mu zifise abantu benshi bituma havuka amatati menshi y’amatongo. Uburundi butuwe na miliyoni hafi 12.