Amakuru mu Gitondo

Your browser doesn’t support HTML5

Amakuru mu Gitondo: Perezida Felix Tshisekedi wa RDC, hamwe na perezida w’u Rwanda, Paul Kagame, barahurira muri Angola mu biganiro muri iyi ndwi. Abantu batandatu Bishwe barashwe mu micungararo y'igisagara Chicago muri Amerika